Luka 6:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 kandi abantu bose bagerageza kumukorako, kuko ububasha bwo gukiza ingwara bwamuvamwo bugakiza abantu bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kand’ ishengero ryose rigerageza kumukorako, kuk’ ubushobozi bgāmuvamwo bukabakiza bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |