Luka 6:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nuko Yesu arabitegereza bose, maze abwira wa muntu ati: “Gorora ukuboko kwawe!” Akugoroye, guca kurakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Abēraguzamw’ amaso bose, aramubarira, ati Ramvura ukuboko kwawe. Arabigira, ukuboko kwiwe kurakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |