Luka 5:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Simoni Petero abibonye, apfukama imbere ya Yesu, amubwira ati: “Mwami, igira kure yanje kuko ndi umunyavyaha!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko Simoni Petero abibonye yikubita imbere y’amavi ya Yesu, ati Va aho ndi, Mugenzi, kuko nd’ umunyavyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |