Luka 5:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Aca abacira uwu mugani ati: “Nta wutabura igitambara ku mpuzu nshasha ngo akibaririre ku mpuzu y’umushire. Abikoze uko, aba yononye iyo impuzu nshasha, kandi ico gitambara gishasha ntigishobora gufatana n’impuzu y’umushire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kand’ abacira umugani, ati Nta wotabura ikiremo ku mpuzu nsha, ngw acomeke ku mpuzu y’umushire: uwogira artyo yoba atabuye nsha, kand’ ikiremo atabuye kuri nsha nticomatana n’iy’ umushire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |