Luka 5:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Baca baramubaza bati: “Ni kuki abigishwa ba Yohana, co kimwe n’ab’Abafarisayo bisonzesha kenshi bongera basenga, ariko abawe bakaguma barya bongera banywa nk’uko bisanzwe?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Na bo baramubgira, bat’ Abigishwa ba Yohana barisonzesha kenshi bagasenga, n’ab’ Abafarisayo n’uko, arikw abawe barīrīra, barīnywera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |