Luka 5:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Sinaje kurondera abibaza ko ari abagororotsi, ahubwo naje kurondera abazi neza ko ari abanyavyaha, kugira ngo bihane.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Sinaje guhamagara abagororotsi, ariko naje guhamagara abanyavyaha ngo bihane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |