Luka 5:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Ariko Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe babaza abigishwa ba Yesu bamwidodombera bati: “Ni kuki mwicarana n’abatozakori n’abandi banyavyaha, mugasangira na bo?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Abafarisayo n’abanyabgenge b’ivyanditswe bafatanye na bo bidodombera abigishwa ba Yesu, bati N’iki gitumye musangira n’abatozakori n’abanyavyaha? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |