Luka 5:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Mu nyuma Lewi ategurira amazimano Yesu i muhira iwe, atumira n’abatozakori benshi n’abandi bantu, baraza basangira na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Lewi amurondereza izimano ryinshi mu nzu yiwe: kandi hār’ abantu benshi b’abatozakori n’abandi bicaranye na bo basangira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |