Luka 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Aramubwira ati: “Ndaguha kuganza ubwo bwami, nguhe n’ubwiza bwabwo bwose, kuko narabuhawe kandi nshobora kubuha uwo nshatse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Umurwanizi aramubgira, ati Ndaguha ubu bubasha bgose n’ubgiza bgabgo, kuko jewe nabuhawe, kandi mbuha uwo ngomba wese: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |