Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 4:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

42 Bukeye mu gitondo, Yesu aja mu kibanza ciherereye. Abantu baja kumurondera, babonye aho ari, baramugobera ngo ntasubire kuvana na bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Kand’ ijoro rikeye, arasohoka, aja mu gahinga: ishengero riramurondera, bashika ah’ ari, bageza kumubuza ngo ntave muri bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 4:42
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aho guhora, wa muntu aca aragenda atangura kuvuga no gukwiragiza iyo nkuru. Ivyo vyatumye Yesu adasubira kuja mu gisagara ku mugaragaro ahubwo aca aguma hanze kure yaco ahantu hihishije. Ariko na ho nyene abantu barahamusanga bavuye mu mihingo myinshi.


Ariko baramwinginga cane bati: “Gumana natwe kuko buriko burira, kandi umusi ugeze kure.” Nuko Yesu agumana na bo.


Umusi umwe Yesu aduga ku musozi, akesha ijoro ryose asenga Imana.


Yesu arababwira ati: “Ivyokurya vyanje ni ugukora ivyo uwantumye agomba, no guheraheza igikorwa ciwe.


Bashitse aho ari, baramwinginga ngo agumane na bo, maze ahamara imisi ibiri.


Abantu bamaze kubona ko Yesu n’abigishwa biwe atari ho bari, baca binjira muri ubwo bwato baja i Kaperinawumu kumuronderayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ