Luka 4:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Yesu aca ava muri iyo sinagogi aja i muhira kwa Simoni. Inabukwe wa Simoni yari arwaye kandi ashushe cane, maze abari aho binginga Yesu ngo amukize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Ava hasi, arasohoka ava mw isinagogi, yinjira mu nzu kwa Simoni. Kandi inabukwe wa Simoni yar’ afashwe n’umururumbo ukomeye, baramumwingingira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |