Luka 4:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Abantu bose baratangara cane, babwirana bati: “Ijambo ry’uwu muntu rirakomeye! Rifise ububasha n’inkomezi, kuko n’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira, zigasohoka!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Bose baratangara, barabazanya, bat’ Iryo n’ijambo ki? N’ububasha n’ubushobozi agera impwemu zihumanye zigasohoka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |