Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 4:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Muri iyo sinagogi hari umuntu yarimwo impwemu ihumanye. Maze akoma induru n’ijwi rirenga ati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Kandi mw isinagogi hār’ umuntu yinjiwemwo n’impwemu ya dayimoni ahumanye, asemerera n’ijwi rirenga,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 4:33
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ako kanya nyene, muri iyo sinagogi, umuntu yarimwo impwemu ihumanye, atangura gusemerera ati:


maze abantu batangazwa n’inyigisho ziwe, kuko zarimwo ububasha.


“Yesu w’i Nazareti, udushakako iki? Uzanywe no kuduhonya? Ndazi uwo uri we. Uri Uwera w’Imana!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ