Luka 4:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Barahaguruka, bamukwegera inyuma y’igisagara, bamujana hejuru ku musozi ico gisagara cari cubatsweko, kugira ngo bamutembagarize mu manga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 bava hasi, baramushika bamukūra mu gisagara cabo, bamujana ku manga y’umusozi wubatswekw igisagara cabo, ngo bamutembagarizeyo: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |