Luka 4:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ahejeje gusoma, aca azinga wa muzingo w’igitabu, agisubiza uwujejwe kukibika, aca aricara. Abari mw’isinagogi bose bamuhanga amaso cane, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Azinga igitabo, agisubiza umusanzi w’inzu, aricara; abantu bose bāri mw isinagogi bamuhanga amaso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |