Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 3:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Shela mwene Kayinani, Kayinani mwene Arupakisadi, Arupakisadi mwene Shemu, Shemu mwene Nowa, Nowa mwene Lameki,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Kayinani mwene Arupakisadi, Arupakisadi mwene Shemu, Shemu mwene Nowa,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 3:36
22 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose.


Nahori mwene Serugi, Serugi mwene Reyu, Reyu mwene Pelegi, Pelegi mwene Eberi, Eberi mwene Shela,


Lameki mwene Metusela, Metusela mwene Enoki, Enoki mwene Yeredi, Yeredi mwene Mahalaleli, Mahalaleli mwene Kenani,


Ukwizera ni kwo kwatumye Nowa yubaka ubwato bunini kugira ngo akize umuryango wiwe umwuzure. Yumviye Imana yamugabishije ku bintu bitari bwigere biba. Uko ni ko yaciriye isi urubanza, kandi kubera ukwizera kwiwe, Imana na yo yaremeje ko yari umugororotsi.


z’abantu banse kwumvira Ubutumwa Bwiza, igihe Imana yari icihanganiye abantu, aho Nowa yubaka ubwato. Abantu umunani gusa bari muri bwo ni bo barokotse bakira umwuzure.


Kandi nimba itihanganiye isi ya kera igihe yarekurira umwuzure ku bantu b’ico gihe batubaha Imana, ariko igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, n’abandi ndwi gusa;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ