Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 3:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Yuda mwene Yakobo, Yakobo mwene Isaka, Isaka mwene Aburahamu, Aburahamu mwene Tera, Tera mwene Nahori,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Peresi mwene Yuda, Yuda mwene Yakobo, Yakobo mwene Isaka, Isaka mwene Aburahamu, Aburahamu mwene Tera, Tera mwene Nahori,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 3:34
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu yavyaye Isaka, Isaka yavyaye Yakobo, Yakobo yavyaye Yuda n’abandi bavukana,


Nahashoni mwene Aminadabu, Aminadabu mwene Ramu, Ramu mwene Hezironi, Hezironi mwene Peresi, Peresi mwene Yuda,


Nahori mwene Serugi, Serugi mwene Reyu, Reyu mwene Pelegi, Pelegi mwene Eberi, Eberi mwene Shela,


Nuko ica iha Aburahamu isezerano ryo gukebwa. Aburahamu na we avyara Isaka, amukeba ku musi ugira umunani. Isaka avyara Yakobo aramukeba, Yakobo na we avyara ba sogokuruza cumi na babiri, na we arabakeba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ