Luka 3:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Igihe Yesu yatangura igikorwa ciwe yari amaze hafi imyaka mirongo itatu. Abantu benshi bibaza ko Yesu ari mwene Yosefu, Yosefu mwene Heli, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Aho Yesu yatangura kwigisha, yar’ amaze imyaka nka mirongwitatu avutse, kandi biyumvira ko yari mwene Yosefu, Yosefu mwene Heli, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |