Luka 24:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Baca batangura kubazanya bati: “Mbega imitima yacu ntiyariko iragurugumba igihe yariko aravugana natwe mu nzira, adusigurira Ivyanditswe?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Baravugana, bati Mbeg’ imitima yacu ko yarikw iragurugumba, aho yarikw aravugana natwe mu nzira, aduhishurira ivyanditswe! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |