Luka 24:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Amaso yabo aca aruguruka, baramumenya, ariko aca arakamangana, ntibasubira kumubona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Uruhuni rubava ku maso, baramumenya: maz’ arakamangana, ntibāba bakimubona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |