Luka 24:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Arababgira, ati Yemwe mwa mburabgenge, imitima yanyu itevye cane kwizera ivyo abāvugishwa n’Imana bāvuze vyose! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |