Luka 24:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Bamwe mu bagenzi bacu bagiye ku mva babisanga nk’uko ba bagore babivuze, ariko we ntibamubonye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kandi na bamwe mu bari kumwe natwe bagiye ku mva basanga ari ko biri, ukw abo bagore batubariye; ariko we ntibamubona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |