Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 24:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 ariko ntibabona ikiziga ciwe. Baje batubwira ko abamarayika babiyeretse, bababwira ko ari muzima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 babuze ikiziga ciwe, baraza batubarira yukw abamarayika babiyeretse bavuga yukw ariho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 24:23
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntari hano, yazutse, nk’uko yari yarabivuze. Nimuze murabe aho umubiri wiwe wari uryamye.


Naho bari bumvise ko Yesu ari muzima kandi ko yamwiboneye, ntibizeye ivyo ababwiye.


Ikigeretseko, hari abagore bo muri twebwe badutangaje. Bagiye ku mva uno musi mu gitondo,


Bamwe mu bagenzi bacu bagiye ku mva babisanga nk’uko ba bagore babivuze, ariko we ntibamubonye.”


hanyuma barinjira, ariko ikiziga c’Umwami Yesu ntibakibona.


Mariya Magadalena aca aja aho abigishwa bari bari arababwira ati: “Nabonye Umwami!” Aca ababwira ivyo Yesu yamubwiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ