Luka 24:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 natwe twari twizeye ko ari we yocunguye Abisirayeli. Kandi uwu ni umusi ugira gatatu ivyo bibaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Kandi twari twishimiye yukw ari we azocungura Abisirayeli. Kand’ ikigeretseko, uyu n’umusi ugira gatatu uhereye ah’ ivyo vyabereye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |