14 bagenda baganira ku vyabaye vyose.
14 bavugana ivyabaye vyose.
Kuri uwo musi nyene, abigishwa babiri ba Yesu bariko baja mu gisagara citwa Emawusi kiri nko ku birometero cumi na bibiri uvuye i Yerusalemu,
Bakiriko baraganira bahanahana ivyiyumviro, Yesu aca arabegera ajana na bo.
Umuntu mwiza akura ivyiza mu bubiko bwiza bw’umutima wiwe, umubi na we agakura ibibi mu bubiko bubi bw’umutima wiwe. Kuko ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga.