Luka 23:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe56 Baca basubira i muhira bategura ibimota neza n’amavuta yo gusiga ikiziga. Ariko Isabato igeze bararuhuka kugira bubahirize icagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)56 Basubira inyuma, bategura ibimota neza n’amavuta atāmirana. Kandi kw isabato bararuhuka, nk’uko vyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |