Luka 23:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Nuko ba bagore bavana na Yesu i Galilaya, bakurikira Yosefu, barabona ya mva, babona n’ukuntu ikiziga ca Yesu kiryamitsweyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Abagore bāri bavanye na Yesu i Galilaya bakurikira Yosefu, babona iyo mva, n’ingen’ ikiziga ciwe gishizwemwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |