Luka 23:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ariko barushiriza kuvuga bati: “Agumura abantu i Yudaya hose biciye mu nyigisho ziwe. Yatanguriye i Galilaya none raba ashitse n’ino i Yerusalemu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Na bo barashimika, bat’ Asibanganya igihugu, yigisha i Yudaya hose; yahereye i Galilaya ageza n’ino. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |