Luka 23:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Ariko abari bazi Yesu, harimwo na ba bagore bari bamukurikiye kuva i Galilaya, bagumye bahagaze aho bakurikiranira kure ivyariko biraba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Abazinanyi na Yesu bose n’abagore bāri bavanye i Galilaya na we bāri bahagaze kure barāba ivyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |