Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 23:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Ariko mugenziwe aramukankamira avuga ati: “Mbega wewe ntutinya n’Imana kandi waciriwe urubanza rumwe n’urwiwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Arik’ uwa kabiri amwishura amuhana, ati No kwubaha Imana ntuyubaha, kand’ uciriwe urubanza rumwe n’urwiwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 23:40
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abakoze kuva isaha icumi n’imwe z’umugoroba, bahembwa idenariyo imwe.


Yesu arabishura ati: “Yemwe mwa bantu b’ukwizera guke, ni kuki mufise ubwoba?” Aca aravyuka, akankamira uwo muyaga n’imipfunda, haca haba agahwekere.


Ariko ngira ndababwire uwo mukwiye gutinya: mutinye Imana yo ishobora kwica umubiri, ikagira n’ububasha bwo kuwuta mu muriro wa Gehinomu. Ndababwiye ukuri, abe ari yo mutinya.


Umwe muri za nkozi z’ikibi zibambanywe na we aramutuka ati: “Ko uri Kristo, niwikize hanyuma udukize natwe.”


Twebwe twahaniwe ikiri ukuri, kuko turiko twishura ibihwanye n’ivyo twakoze. Ariko uwu we nta kibi na kimwe yakoze.”


Ntimwifatanye n’ibikorwa vy’impfagusa bikorerwa mu mwijima, ahubwo mubishire ahabona.


Ni nde atazogutinya ga Mwami, ngo aheshe icubahiro izina ryawe? Ni wewe wenyene wera. Amahanga yose azoza, apfukame imbere yawe agusenge, kuko ibikorwa vyawe vy’ukugororoka vyaramenyekanye.”


batuka Imana yo mw’ijuru kubera imibabaro yabo n’ibisebe vyabo, ariko ntibihana ivyaha bakoze ngo bagaruke ku Mana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ