Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 23:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Umwe muri za nkozi z’ikibi zibambanywe na we aramutuka ati: “Ko uri Kristo, niwikize hanyuma udukize natwe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Umwe mu nkozi z’ibibi babambge aramutuka, ati Si wewe Kristo? Ni wikize, natwe udukize.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 23:39
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi na vya bisuma vyari bibambanywe na we na vyo biramutuka.


Kristo, Umwami w’Abisirayeli niyikure ku musaraba kugira ngo tubibone hanyuma tumwizere.” Na vya bisuma vyari bibambanywe na we na vyo biramutuka.


Abantu isinzi bari aho babiraba; abakuru b’Abayuda na bo bamucokora, bavuga bati: “Yakijije abandi, niyikize na we turabe, ko yigira ngo ni Kristo, Uwatoranijwe n’Imana.”


bamubwira bati: “Nimba uri umwami w’Abayuda, niwikize turabe!”


Ariko mugenziwe aramukankamira avuga ati: “Mbega wewe ntutinya n’Imana kandi waciriwe urubanza rumwe n’urwiwe?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ