Luka 23:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Baca bamanika icandiko hejuru yiwe kivuga ngo: uwu ni umwami w’abayuda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Hejuru yiwe kandi hār’ icandiko canditswe, ng’ UYU N’UMWAMI W’ABAYUDA. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |