Luka 23:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Abantu isinzi bari aho babiraba; abakuru b’Abayuda na bo bamucokora, bavuga bati: “Yakijije abandi, niyikize na we turabe, ko yigira ngo ni Kristo, Uwatoranijwe n’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Abantu bahagarara barāba. Abashingantahe na bo bamutwengera mw ijigo, bati Yakijije abandi, ni yikize, namb’ ari Kristo w’Imana, uwatoranijwe na yo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |