Luka 23:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Babashikanye ahantu hitwa Nyagihanga, abasoda baca baramubamba, ari kumwe na za nkozi z’ikibi, umwe i buryo uwundi i bubamfu bwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Bashitse ahantu hitwa Nyagihanga, bamubambanaho na za nkozi z’ibibi, umwe i buryo bgiwe, uwundi i bumoso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |