Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 23:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Yesu arahindukira arababarira ati: “Bakobwa b’i Yerusalemu, nta co mundirira. Nimwiririre mwebwe, muririre n’abana banyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Yesu arabakebuka, ati Yemwe bakobga b’i Yerusalemu, ntimundirire, ariko mwiririre n’abana banyu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 23:28
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze abantu isinzi baramukurikira, harimwo n’abagore bagenda baramuririra baboroga.


Kuko igihe kigiye gushika, aho abantu bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore batigeze bavyara, n’inda zitigeze zibungenga, hamwe n’amabere atigeze yonsa.’


“Ehe azananye n’ibicu,” kandi “amaso yose azomubona; n’abamucimise bazomubona,” kandi isi yose “izoboroga ku bwiwe.” Nibibe gutyo, Amen.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ