17 Igihe cose kuri Pasika, Pilato yama abarekurira imbohe imwe.]
17 Kuko yar’ akwiye kubarekurira imbohe imwe mur’ iyo misi mikuru.]
Mu gihe c’imisi mikuru ya Pasika, umutware w’Umuroma yari afise umugenzo wo kurekura imbohe abantu bihitiyemwo.
Igihe cose mu misi mikuru ya Pasika, hari umugenzo wo kurekura imbohe abantu bisabiye.
Ndamukubitisha gusa, hanyuma ndamurekure.” [
Ariko bose basemerera icarimwe bati “Uwo muntu nabambwe, uturekurire Baraba.”
Ariko musanzwe mufise umugenzo wo kunsaba imbohe imwe mu gihe c’imisi mikuru ya Pasika. Mushaka ko ndabarekurira Umwami w’Abayuda?”