Luka 23:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Herode n’abasoda biwe baca batangura kumushinyagurira no kumucokora. Baca bamwambika impuzu y’ubwami, baramurungika asubira kwa Pilato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Herode aramutitura, hamwe n’abasoda biwe, aramushinyagurira, maz’ amwambika impuzu y’inyambarabami, amusubiza kwa Pilato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |