Luka 22:70 - Bibiliya mu Kirundi coroshe70 Bose baramubaza bati: “Ugomvye kuvuga rero ko uri Umwana w’Imana?” Na we arishura ati: “Muvuze ukuri, ndi we.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)70 Bose baramubaza, bati None rer’ ur’ Umwana w’Imana? Arabishura, ati Murarivuze ko ndi we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |