Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:65 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

65 Bongera bamubwira n’ayandi majambo menshi yo kumutuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

65 N’ibindi vyinshi babimuvuga bamutuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:65
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abahita bakagenda baramutuka bamuzunguriza umutwe,


Bamwe mu bigisha b’ivyagezwe baravugana bati: “Uwo mugabo atutse Imana!”


Kandi umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu azobiharirwa, ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa.


Kenshi nava mw’isinagogi nja mu yindi nkabakubitisha, nkabategeka gutuka izina rya Yesu. Muri iryo pfuhe nyeneryo kubagwanya, nashitse no mu bisagara vyo mu mahanga kubahamirayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ