Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Yuda na we aravyemera, aca atangura kurondera akaryo keza ko kumubashikiriza ata bantu benshi bahari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Na we aremera, arondera uburyo bgo kumubaronkera, ishengero ritariho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:6
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Barasezerana bati: “Ariko ntidukwiye kumufata mu misi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.”


Barumvikana bati: “Ntidukwiye kumufata mu gihe c’imisi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.”


Na bo baranezerwa cane, baca bamwemerera amahera.


Maze Umusi Mukuru w’Imikate Itarimwo Umwambiro urashika, kandi kuri uwo musi bategerezwa gutanga ikimazi c’umwagazi w’intama wa Pasika.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ