Luka 22:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe58 Haciye akanya, uwundi muntu aramubona, avuga ati: “Na wewe uri umwe muri bo.” Petero yishura uwo muntu ati: “Eka sindi kumwe na bo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)58 Hashize akanya gato, uwundi aramubona, aramubgira, ati Nawe nyene ur’ uwo muri bo. Petero aramwishura, at’ Eka wa muntu, si jewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |