Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

56 Maze incoreke imwe iramubona ariko arota. Iramwihweza, ica ivuga iti: “Uwu mugabo yari kumwe na Yesu.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

56 Incoreke imubona yicaye ahabona, imwitegereje iravuga, iti N’uyu yari kumwe na we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:56
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe, Petero yari yicaye hanze mu rugo. Maze umwigeme yakora ngaho, aramwegera avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu w’i Galilaya.”


Hageze ku mugoroba, Yesu aca arashika ari kumwe n’abigishwa biwe cumi na babiri.


Yesu arababwira ati: “Mbega uwu mugore mumugorera iki? Ankoreye ikintu ciza.


Yesu yongera kurambika ibiganza ku maso ya wa muntu, maze amaso yiwe aca urahumuka. Aca arakira rwose, abona neza.


Ariko bamaze gushika mu rugo bagacana umuriro bakicara, Petero na we yaciye yicarana na bo.


Ariko arabihakana, abwira uwo mugore ati: “Haba na mba, sindanamuzi!”


Wa mukobwa arinda umuryango abaza Petero ati: “Ubwo wewe nturi umwe mu bigishwa b’uwu mugabo?” Petero aramwishura ati: “Oya sindi we.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ