Luka 22:53 - Bibiliya mu Kirundi coroshe53 Imisi yose namana namwe mu rusengero, ntimwigeze mumfata. Ariko noneho igihe canyu ni iki; umwijima ugira uganze.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)53 Imisi yose nāmana namwe mu rusengero ko mutāramvuye amaboko ngo mumfate; arikw iki n’igihe canyu n’ic’ ububasha bg’umwiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |