Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

50 Umwe muri bo aca akubita inkota umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’i buryo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

50 Umwe muri bo ayikubita umusavyi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’i buryo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:50
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwe mu bari hafi ya Yesu asokora inkota yiwe ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.


Abigishwa ba Yesu babonye ibigira bibe baramubaza bati: “Mwami, tubivune na za nkota?”


Yesu aca arasemerera ati: “Geza aho, biramaze!” Yesu aca akora kuri kwa gutwi, aramukiza.


Abo nkunda, ntimukihore uwubagiriye nabi, ariko mubirekere uburake bw’Imana, kuko handitswe ngo: “Uguhora ni ukwanje, ni jewe nzokwishura umuntu ibikwiranye n’ivyo yakoze.”


Ibigwanisho tugwanisha ntibimeze nk’ibigwanisho vy’iyi si. Ahubwo dufise ibigwanisho bifise ubushobozi buva ku Mana, bushobora gusambura ivyigize ibinani, no gusambura ivyiyumviro bibi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ