Luka 22:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Abigishwa ba Yesu babonye ibigira bibe baramubaza bati: “Mwami, tubivune na za nkota?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Abāri kumwe na we babonye ibigira bibeho, baramubaza, bati Mugenzi, tubakubite inkota? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |