Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Abigishwa biwe baramubwira bati: “Mwami, ehe turafise inkota zibiri.” Arabishura ati: “Izo ziramaze.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Baramubgira, bati Mushingantahe, ehe, ngizi inkota zibiri. Arababgira, ati Ziramaze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:38
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwe mu bari kumwe na Yesu aca asokora inkota, ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi.


Aca arababwira ati: “Ubu rero uwufise amahera mu mufuko nayibangikanye, uwufise isakoshi ayitore, kandi n’uwudafise inkota agurishe umutamana wiwe ayigure.


Abigishwa ba Yesu babonye ibigira bibe baramubaza bati: “Mwami, tubivune na za nkota?”


Yesu aramubwira ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si. Iyo buba ubwo muri iyi si, abayoboke banje bari kungwanira bakabuza abakuru b’Abayuda kumfata. Ariko Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si.”


Ariko ko turi ab’umurango, muze tugendane ubwenge, twambaye ukwizera n’urukundo nk’icuma gikingira igikiriza, n’ivyizigiro vy’agakiza nk’inkofero y’icuma.


Mumugwanye mushikamye mu kwizera, kuko muzi yuko bene So benshi bariko baraca mu mibabaro nk’iyo mw’isi yose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ