Luka 22:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Ndababwire, iri jambo ryavugishijwe kuri jewe ngo: ‘Yafashwe nk’umwe mu bagarariji,’ ritegerezwa gushika. Ni ukuri, ivyanditswe kuri jewe bigira bishike.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Ndababgire, Ibi vyanditswe bikwiye kunshikako, ngo Yaharūranywe n’abanyabicumuro. Kukw ivyanje bigira bishike. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |