Luka 22:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Yesu aca arababaza ati: “Igihe nabarungika ata saho, ata mufuko canke ibirato, hari ico mwakenye?” Baramwishura bati: “Nta na kimwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kand’ arababaza, ati Hamwe nabatuma mudafise umupfuko w’amahera cank’ isaho cank’ inkweto, har’ ico mwabuze? Baramwishura, bati Nta co twabuze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |