Luka 22:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 kugira ngo muze murire mwongere munywere ku meza yanje mu Bwami bwanje, kandi muze mwicare ku ntebe z’icubahiro mucire imanza imiryango cumi n’ibiri y’Abisirayeli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 ngo muze murīre, munywere ku meza yanje mu bgami bganje: kandi muzokwicara ku ntebe z’icubahiro, mucire imanza imiryango y’Abisirayeli, ukw ar’icumi n’ibiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |