Luka 22:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Mbega hagati y’uwuri ku meza afungura n’umukozi amutegurira imfungurwa ni nde mukuru? Mbega si uwicaye ku meza? Ariko jewe ndi hano muri mwebwe nk’uwubakorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Umukuru ni nde, n’ūkorerwa, canke n’ūmukorera? Mbega s’ūkorerwa? Ariko jeho ndi hagati muri mwebge mmeze nk’ūbakorera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |